Online Bible

- Reklamy -




Matayo 12:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Igiti iyo ari ciza n’ivyamwa vyaco biba vyiza, kandi igiti iyo ari kibi n’ivyamwa vyaco biba bibi; kuko igiti cose kimenyekanira ku vyamwa vyaco.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Ni mube muvuga igiti kw ari ciza n’ivyo camye kw ari vyiza, canke mube muvuga igiti kw ari kibi n’ivyo camye kw ari bibi; kukw igiti kimenyekanira ku vyo camye.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 12:33

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy