Matayo 12:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Uwutari kumwe nanje wese arangwanya, kandi uwutariko aramfasha kwegeranya wese, aba ariko arasanzaza. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Ūtamperereyeko n’umwansi wanje, kand’ ūdasukiranya nanje arasanzaza. Viz kapitola |