Matayo 12:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Ikindi, umuntu yoshobora ate kwinjira mu nzu y’umunyenkomezi ngo amunyage ivyo atunze atabanje kumuboha? Aho ni ho honyene ashobora kwinjira mu nzu akamunyaga ivyiwe. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Non’ umuntu yoshobora ate kwinjira mu nzu y’umuntu w’inkomezi kumusahura ibintu atabanje kuboha wa munyenkomezi? Maz’ akabona kumusahura ivyo mu nzu yiwe. Viz kapitola |