Online Bible

- Reklamy -




Matayo 12:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Yesu amenye ivyo bariko bariyumvira, aca ababwira ati: “Ubwami bwose bwiciyemwo ibice buba bugiye gusenyuka. Kandi iyo igisagara canke umuryango vyiciyemwo ibice ntibishoboka ko birama.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Amenye ivyo biyumvira, arababgira, at’ Ubgami bgose iyo bgitandukanije ubgabgo burahona. Igisagara cose n’umuryango wose iyo vyitandukanije ntibirama.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 12:25

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy