Matayo 12:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Ariko Abafarisayo bavyumvise baca bavuga bati: “Uwo nta kindi kimushoboza kwirukana abadayimoni atari Beyelizebuli, umukuru w’abadayimoni.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Arikw Abafarisayo bavyumvise baravuga, bat’ Uyu ntashobozwa n’ikindi gusenda abadayimoni, atari Beyezebuli, umukuru w’abadayimoni. Viz kapitola |