Matayo 12:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Maze amasinzi y’abantu bari aho baratangara cane, baca batangura kubazanya bati: “Mbega uwu yoba ari wa Mwana wa Dawidi?” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Ishengero ryose rirumirwa, riti Mbeg uyu yoba wa mwana wa Dawidi? Viz kapitola |