Matayo 12:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Hanyuma bamuzanira umuntu aboshwe n’umudayimoni amutera kuba impumyi n’ikiragi. Nuko Yesu akiza uwo muntu, aca aravuga kandi arabona. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Maze bamuzanira impumyi y’ikiragi yinjiwemwo na dayimoni, arayikiza; ico kiragi kiravuga, kirahumūka. Viz kapitola |