Matayo 12:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Abafarisayo babibonye, baca baramubwira bati: “Ehe raba abigishwa bawe bariko bakora ikizira ku musi w’Isabato!” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Abafarisayo babibonye, baramubgira, bati Mbeg’ abigishwa bawe ko bakora ikizira gukorwa kw isabato! Viz kapitola |