Matayo 12:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Ntazotongana canke ngo avuze urwamo; nta n’umwe azokwumva ijwi ryiwe mu mabarabara. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Ntazosinda, kandi ntazoyogora, Kandi nta wuzokwumva ijwi ryiwe mu nzira: Viz kapitola |