Online Bible

- Reklamy -




Matayo 12:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 “Ng’uwu umukozi wanje natoranije, uwo nkunda kandi umutima wanje unezerererwa. Nzomushirako Mpwemu wanje, na we azomenyesha amahanga ivy’ubutungane.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 ngo Nguyu umushumba wanje natoranije, Nkunda, ahimbara umutima wanje; Nzoshira Mpwemu wanje kuri we, Azomenyesha abanyamahanga amateka azocibga.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 12:18

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy