Online Bible

- Reklamy -




Matayo 12:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Hanyuma aca abwira wa muntu ati: “Gorora ukuboko kwawe.” Akugoroye guca kurakira neza kumera nk’ukundi.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Maz’ abgira uwo muntu, ati Ramvura ukuboko kwawe. Arakuramvura, kurakira, gukomera nk’ukundi.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 12:13

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy