Matayo 12:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 ahasanga umuntu akongataye ukuboko. Kuko bashaka ico bafatirako kugira ngo bamwagirize, baramubaza bati: “Mbega biremewe gukiza umuntu ku musi w’Isabato?” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Kandi hārimw’ umuntu anyunyutse ukuboko. Baramubaza, bati Mbega birēmerwa gukiza kw isabato? Ngo baronke uko bomurega. Viz kapitola |