Online Bible

- Reklamy -




Matayo 12:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Hanyuma y’ivyo Yesu aragenda aca mu mirima y’ingano kandi hari ku musi w’Isabato. Abigishwa biwe bari bashonje, baca batangura guca imitwe y’ingano zeze, barazivungura, bakuramwo intete barazirya.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Mur’ ico gihe Yesu aca mu mirima y’ingano kw isabato. Abigishwa biwe bashonje, batangura kumyoza ingano, barazihekenya.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 12:1

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy