Online Bible

- Reklamy -




Matayo 11:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Data yaranyizigiye anzeza vyose. Nta n’umwe azi Umwana atari Data, kandi nta n’umwe azi Data atari Umwana, n’uwo Umwana ahisemwo kumuhishurira.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Vyose nabihawe na Data, kandi nta wuzi Umwana, atari Data, na Data, nta wumuzi, atar’ Umwana, n’uwo Umwana agomba kumuhishurira.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 11:27

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy