Matayo 11:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Ni co gituma ndababwiye ko ku musi w’imanza i Tiro n’i Sidoni hazogira agahengekerezo kurusha mwebwe. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Ariko ndababgire: muri Tiro n’i Sidoni hazogira agahengekezo ku musi w’amateka kurusha mwebge. Viz kapitola |