Matayo 11:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Kuko Yohana yaje atarya kandi atanywa, baca bavuga bati: ‘Arimwo dayimoni.’ Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Kuko Yohana yaje, atarya, atanywa, bavuga bat’ Ahagazweko na dayimoni. Viz kapitola |