Matayo 11:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Kandi nimba mushaka kwemera ivyo ndiko ndavuga, ni we Eliya abavugishwa bari baravuze ko azoza. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 kandi ni mwaba mugomba kuvyemera, uwo ni we Eliya yavuzwe kw azoza. Viz kapitola |