Matayo 11:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Kuko uwo ni we Ivyanditswe bivugako ngo: ‘Ngira ndungike intumwa yanje imbere yawe igutegurire inzira.’ Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Uyo ni we yanditswe, ng’ Umve ngira ntume integuza yanje imbere y’amaso yawe, Ikuroranirize inzira imbere yawe. Viz kapitola |