Matayo 10:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Umuntu wese abakiriye aba anyakiriye, kandi unyakiriye azoba yakiriye uwantumye. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Ūbākiriye aba anyakiriye, kand’ ūnyakiriye aba yākiriye uwantumye. Viz kapitola |