Matayo 10:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Umuntu wese azonyemanga imbere y’abantu, nanje nzomwemanga imbere ya Data wo mw’ijuru. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Umuntu wese azonyaturira imbere y’abantu, nanje nzomwaturira imbere ya Data wo mw ijuru. Viz kapitola |