Matayo 10:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Muzokwankwa n’abantu bose babampora. Ariko uwuzokwihangana gushitsa kw’iherezo azokira. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Muzoba mwanswe na bose babahōra izina ryanje; arik’ uwihangana agashitsa iherezo ni we azokira. Viz kapitola |