Matayo 10:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Yesu ahamagara abigishwa biwe cumi na babiri abaha ububasha bwo kwirukana impwemu zihumanye no gukiza ubumuga bwose n’ingwara zose. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ahamagara abigishwa biwe cumi na babiri, abaha ububasha ku mpwemu zihumanye n’ubgo kuzisenda, no gukiza indwara zose n’ubumuga bgose. Viz kapitola |