Matayo 1:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Yosefu amaze kwikangura, aca akora ivyo umumarayika w’Umwami Imana yamubwiye, atwara Mariya iwe nk’umugore wiwe. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Yosefu yikanguye aravyuka, agira nk’uk’ umumarayika w’Umwami Imana yamubariye, arongora umugeni wiwe. Viz kapitola |