Matayo 1:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Azovyara umwana w’umuhungu, nawe uze umwite Yesu, kuko ari we azokiza abantu biwe ivyaha vyabo.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Azovyara umwana w’umuhungu, nawe uz’ umwite YESU, kukw ari we azokiza abantu biwe ivyaha vyabo. Viz kapitola |