Online Bible

- Reklamy -




Matayo 1:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Ariko, akivyiyumvira, umumarayika w’Umwami Imana araza avugana na we mu ndoto amubwira ati: “Yosefu mwana wa Dawidi, ntutinye kurongora Mariya, kuko inda afise yavuye kuri Mpwemu Yera.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Akivyiyumvira, umumarayika w’Umwami Imana amwiyerekera mu nzozi, aramubarira, ati Yosefu, mwana wa Dawidi, ntutinye kurongora Mariya umugeni wawe, kukw atwaye inda ya Mpwemu Yera.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 1:20

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy