Matayo 1:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Kubera ko Yosefu yari umuntu atunganye, yiyumvira ingene yomuheba mu mpisho, kuko atagomba kumutetereza mu bantu. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Ariko Yosefu, umugabo wiwe, kukw ar’ umugororotsi, kandi kukw atagomvye kumutetereza, yiyumvira kumubengera mu mpisho. Viz kapitola |