Matayo 1:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 hanyuma Yakobo avyara Yosefu, umugabo wa Mariya, nyina wa Yesu ari we Kristo. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Yakobo yavyaye Yosefu, umugabo wa Mariya nyina wa Yesu yitwa Kristo. Viz kapitola |