Mariko 9:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Maze haza igicu kirabatwikira, hanyuma ijwi ryumvikanira muri ca gicu, rivuga riti: “Uwu ni Umwana wanje nkunda cane. Nimumwumvirize!” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Maz’ igicu kiraza kibatera igitūtu, ijwi riva muri nya gicu, riti Nguyu Umwana wanje nkunda, ni mumwumve. Viz kapitola |