Mariko 9:50 - Bibiliya mu Kirundi coroshe50 Umunyu ni ngirakamaro. Ariko iyo utakaje uburyohe bwawo, mbega bwosubiramwo gute? Mugire ibiranga umunyu muri mwebwe kandi mubane amahoro.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)50 Umunyu ni mwiza, arik’ umunyu woshira uburyohe, mwoba mukiwuryohesha iki? Mugire umunyu mu mitima yanyu, kandi mubane amahoro. Viz kapitola |