Mariko 9:42 - Bibiliya mu Kirundi coroshe42 Nihagira umuntu atuma umwe muri aba bato banyizera acumura, ikimukwiye ni uko yoboherwa urusyo kw’izosi, agatererwa mu kiyaga. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)42 Kand’ ūzotsitaza n’umwe mur’ abo bato banyizera, iciza n’uko yohambīrirwa urusyo ruremereye kw izosi, agatererwa mu kiyaga. Viz kapitola |