Mariko 9:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 Yohana abwira Yesu ati: “Mwigisha, twabonye umuntu yirukana abadayimoni mw’izina ryawe duca turamubuza kuko atari umwe muri twebwe.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Yohana aramubgira, ati Mwigisha, twabonye umuntu asenda abadayimoni mw izina ryawe, turamubuza, kukw atadukurikira. Viz kapitola |