Online Bible

- Reklamy -




Mariko 9:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 “Umuntu wese yakira umwe muri aba bana bato mw’izina ryanje aba anyakiriye; kandi uwunyakiriye wese ntaba yakiriye jewe gusa, ahubwo aba yakiriye uwantumye.”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 at’ Ūzokwākīra umwe mu twana nk’aka mw izina ryanje, azoba anyakiriye; kand’ ūnyakīra, si jewe yākīra, ariko yākīra uwantumye.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 9:37

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy