Online Bible

- Reklamy -




Mariko 9:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

35 Yesu amaze kwicara ahamagara ba bigishwa cumi na babiri arababwira ati: “Umuntu wese ashaka kuba uwa mbere ategerezwa kuba uw’inyuma ya bose, n’umukozi wa bose.”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 Aricara, ahamagara bamwe cumi na babiri, arababgira, at’ Umuntu ni yagomba kuba uw’ imbere, n’abe inyuma ya bose, n’abe n’umukozi wa bose.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 9:35

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy