Online Bible

- Reklamy -




Mariko 9:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Yesu abonye ko abantu benshi baje biruka batumbereye aho bari, ategeka ya mpwemu ihumanye ati: “Wa mpwemu itera uburagi n’ukutumva, va muri uwu mwana kandi ntuze wigere umugarukamwo.”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Yesu abonye abantu bagwirirana biruka, akankamira iyo mpwemu ihumanye, ati Yewe mpwemu y’ikiragi kandi y’igipfamatwi, ubganje ndakubariye muvemwo, ntukamugarukemw’ ukundi.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 9:25

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy