Mariko 9:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Ubwo nyene se wa wa mwana arasemerera ati: “Ndizera! Ariko mfasha kuko mfise ukwizera guke!” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Se w’uwo mwana aca aturika cane, ati Ndizeye, fasha ukutizera kwanje. Viz kapitola |