Mariko 9:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Yesu aravuga ati: “Uvuze uti: ‘Nimba noshobora kugira ico nkoze?’ Vyose bishobokera uwizera.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Yesu aramwishura, at’ Uvuze uti Namba wobishobora? Erega vyose bishobokera uwizeye. Viz kapitola |