Mariko 9:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Nuko bamuzanira wa mwana. Ya mpwemu mbi ikibona Yesu, itangura kumujegeza cane, agwa hasi, arikumbagaza, ibira ifuro mu kanwa. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Baramuzana. Iyo mpwemu imubonye ica iramujegeza cane, aratemba, arigaragura, abimba ifuro. Viz kapitola |