Mariko 9:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Yesu yishura avuga ati: “Mwa bantu b’iki gihe, nta kwizera mufise! Mbega nkwiye kugumana namwe igihe kingana gute? Mbega nzobihanganira gushika ryari? Nimunzanire uwo mwana.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Arabishura, ati Yemwe ab’iki gihe mutizera, nzogeza ryari kubana namwe? Nzogeza ryari kubihanganira? Ni mumunzanire. Viz kapitola |