Mariko 9:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Umwe muri ba bantu arishura ati: “Mwigisha, nakuzaniye umuhungu wanje, kuko aboshwe n’impwemu mbi ituma atavuga. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Umwe mur’ iryo shengero aramwishura, ati Mwigisha, nari nakuzaniye umwana wanje, yinjiwemwo n’impwemu y’ikiragi. Viz kapitola |