Online Bible

- Reklamy -




Mariko 9:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Yesu arabishura ati: “Ni ukuri, Eliya ategerezwa kubanza kuza kugira ngo asubize vyose mu buryo. None ni kuki handitswe ko Umwana w’Umuntu ategerezwa kubabazwa cane akongera agasuzugurwa?

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Arabishura, ati Eliya abanza kuza koko, akaroranya vyose neza. Ariko vyanditswe bite ku Mwana w’umuntu yukw azobabazwa vyinshi, agatiturwa?

Viz kapitola kopírovat




Mariko 9:12

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy