Online Bible

- Reklamy -




Mariko 9:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Hanyuma baramubaza bati: “Ni kuki abigisha b’ivyagezwe bavuga ko Eliya ategerezwa kubanza kuza?”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Baramubaza, bati Mbeg’ abanyabgenge b’ivyanditswe ko bavuga yuko Eliya akwiye kubanza kuza?

Viz kapitola kopírovat




Mariko 9:11

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy