Mariko 8:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Mbega vyomarira iki umuntu kugira ubutunzi bw’isi yose, ariko agatakaza ubugingo bwiwe? Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Kand’ umuntu vyomumarira iki kwunguka ivyo mw isi vyose, ni yakwa ubugingo bgiwe kw iciru? Viz kapitola |