Mariko 8:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Yesu arahindukira araba abandi bigishwa, akankamira Petero ati: “Satani, herera inyuma yanje. Ivyo wiyumvira si ivy’Imana, ni ivy’abantu.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Arahindukira, abona abigishwa biwe, akankamira Petero, ati Herēra inyuma yanje, Satani, kukw ivy’ Imana atari vyo ubabaye, ariko n’ivy’ abantu. Viz kapitola |