Online Bible

- Reklamy -




Mariko 8:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Yesu aca atangura kubigisha ababwira ko Umwana w’Umuntu ategerezwa kubabazwa mu buryo bwinshi; akankwa n’abatware, n’abakuru b’abaherezi n’abigisha b’ivyagezwe; kandi ko azokwicwa hanyuma akazuka ku musi ugira gatatu.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Atangura kubigisha, at’ Umwana w’umuntu akwiye kuzobabazwa uburyo bginshi, no kuzokwankwa n’abashingantahe n’abaherezi bakuru n’abanyabgenge b’ivyanditswe, no kuzokwicwa, maze hashize imisi itatu akazuka.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 8:31

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy