Online Bible

- Reklamy -




Mariko 8:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Hanyuma y’ivyo, Yesu n’abigishwa biwe bava i Galilaya baja mu mihana yegereye i Kayisariya mu ntara yatwarwa na Filipo. Bakigenda arababaza ati: “Mbega abantu bavuga ko ndi nde?”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Yesu avanayo n’abigishwa biwe, aja mu mihana y’i Kayisariya mu bga Filipo: bari mu nzira, abaza abigishwa biwe, at’ Abantu bagira ngo ndi nde?

Viz kapitola kopírovat




Mariko 8:27

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy