Mariko 8:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Yesu yongera kurambika ibiganza ku maso ya wa muntu, maze amaso yiwe aca urahumuka. Aca arakira rwose, abona neza. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Yongera kurambika ibiganza ku maso yayo, iritegereza, irakira, yihweza vyose neza. Viz kapitola |