Mariko 8:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Nuko afata ukuboko ya mpumyi ayijana inyuma y’imihana. Ahejeje gucira amate ku maso ya ya mpumyi, ayirambikako ibiganza, arayibaza ati: “Hari ikintu ubona?” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Afata iyo mpumyi ukuboko, ayikūra mu mihana, acira amate mu maso yayo, ayirambikakw ibiganza, arayibaza, ati Har’ ico ubona? Viz kapitola |