Mariko 8:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Yesu arabandanya ati: “Hamwe namanyagura ya mikate indwi nkagaburira abantu ibihumbi bine, mwegeranije ibiseke bingahe vyuzuye utumanyu basigaje?” Baramwishura bati: “Indwi.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Ati Kandi hamwe namanyagurira ya mitsima ndwi ibihumbi bine, mwatororokanije ibivumvu bingahe vyuzuye utumanyagu? Baramwishura, bati N’indwi. Viz kapitola |