Mariko 7:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Yongera arababwira ati: “Mwagize ishaka ryo kutubahiriza amabwirizwa y’Imana kugira ngo mwubahirize imigenzo yanyu! Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Kand’ ati Nka ko mwagize neza gukēngēra icagezwe c’Imana, ngo muziririze iyo migenzo yanyu! Viz kapitola |