Online Bible

- Reklamy -




Mariko 7:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Abantu baratangara cane, bituma baguma bavuga bati: “Ivyo akora vyose biratangaje. Atuma n’ibipfamatwi vyumva, n’ibiragi bikavuga.”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Baratangara cane, baravuga, bat’ Akoze vyose neza: azibūra n’ibipfamatwi, kand’ avugisha ibiragi.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 7:37

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy